Home ENTERTAINMENT Cesc Fabregas ahagarika gukina umupira w’amaguru

Cesc Fabregas ahagarika gukina umupira w’amaguru

261
0

Ku myaka 36 y’amavuka,umukinyi yamuka mu gihugu ca Espagne Cesc Fabregas yaraye atangaje ko ahagaritse burundu ibijanye no gukina umupira w’amaguru.Uyo mukinyi yari amaze imyaka 20 akina nk’uwabigize umwuga.Yatahukanye ibikombe 17 muri Iyo myaka.

Imigwi yakiniye ni Arsenal, FC Barcelone, Chelsea, AS Monaco na Côme 1907 ari nawo mugwi yahora akinamwo muri uyu mwaka w’inkino uheze 2022-2023 usanzwe uri mu cicaro ca kabiri c’ihiganwa ryo mu gihugu c’Ubutaliyano.

63940cookie-checkCesc Fabregas ahagarika gukina umupira w’amaguru
Previous articleHategekanijwe inkino z’igice ca kabiri gishira icanyuma muri NKURUNZIZA CUP
Next articleVIDEO NSHASHA | D-One – Temperature | DOWNLOAD