Home VIDEOS VIDEO NSHASHA | Mr Champagne – BITU BIKO BIEN | DOWNLOAD

VIDEO NSHASHA | Mr Champagne – BITU BIKO BIEN | DOWNLOAD

0
1649

Umuririmvyi Mr Champagne yagarutse akuzanira kandi  indirimbo nshasha  yitwa« BITU BIKO BIEN » ifise amasanamu meza cane .

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.

Download | Mr Champagne - BITU BIKO BIEN ( Audio MP3) (128 downloads )
59410cookie-checkVIDEO NSHASHA | Mr Champagne – BITU BIKO BIEN | DOWNLOAD