Home ENTERTAINMENT Yoya Jamal yoba agiye gukorana indirimbo na Kitoko

Yoya Jamal yoba agiye gukorana indirimbo na Kitoko

265
0

Umuririmvyi Yoya Jamal adaherutse gusohora indirimbo ngo yoba agiye hosohora indirimbo nshasha akazo y’ikorana n’umuririmvyi wo mu gihugu c’urwanda ariwe Kitoko, ivyo Yoya Jamal akaba yabigaragaje kuri instagram yiwe.

Tukwibutse ko abo baririmvyi bose babiri mu rikigihe babarizwa mu gihugu c’ubwongereza , Kuva aho bagiriyeyo basa nk’abatacumvikana mu muziki aho batagisohora indirimbo  nk’uko vyahoze, Umuririmvyi Yoya yarerekanye inzitizi zihari zituma batabandanya basohora Indirimbo nyinshi nkuko vyahoze bataraja murico gihugu.
Yoya Jamal  yavuga ko ari igihugu kigoye cane kumenya abahinyanyuzi b’umuziki, kandi  ko gusohora indirimbo  bizimvye cane gusumba mu Burundi.

Yoya Jamal abicishije kuri kjuru buga gwize rwa Instagram yavuze ko bafitaniye Indirimbo n’umuririmvyi w’umunyarwanda KITOKO bakaba baahuriye murico gihugu c’ubwongereza ati:”Yoya ft Kitoko muradukizwa n’iki!”

Umuririmvyi Yoya Jamal

34210cookie-checkYoya Jamal yoba agiye gukorana indirimbo na Kitoko
Previous articleVIDEO : UBUROVYI MU RUMONGE / INDAGARA ZIZOBONEKA NINYISHI CANE
Next articleFILM UMUKEBA : Umudamu yasavye umugabo wiwe ko yorongora uwundi mugore wa kabiri

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here