INKURU ISHUSHE : Ndayishimiye Bright Niwe Yatowe  kumajwi 52 kurongora Amical des Musiciens du Burundi

INKURU ISHUSHE : Ndayishimiye Bright Niwe Yatowe kumajwi 52 kurongora Amical des Musiciens du Burundi

6 février 2022 0 Par H. Mervis

Olivier Bright Ndayishimiye batazira  Crazy Bright niwe yabaye uwambere mumutora yabaye kuruyu wimana aho yatowe kumajwi 52.

Ndayishimiye Bright niwe rero  agiye kurongora Ishirahamwe ry’abaririmvyi mu Burundi Amical des Musiciens du Burundi (AMB) aho icegera ciwe ni Edith Stein wewe yatowo kumajwi 24 nayo Cedrick Bangy yabaye uwagatatu namajwi 5 gusa.

Facebook Comments Box
20750cookie-checkINKURU ISHUSHE : Ndayishimiye Bright Niwe Yatowe kumajwi 52 kurongora Amical des Musiciens du Burundi