INKURUR ISHUSHE : Ukwambara Nabi Kwa Belle 9ice gutukisha Sat-B

INKURUR ISHUSHE : Ukwambara Nabi Kwa Belle 9ice gutukisha Sat-B

7 février 2022 0 Par KAMIKAZI

Inyambaro zabamye mubaririmvya kazi bandara ngo ntizijanye n’akaranga n’imicokama ndundi ngo kandi bitukisha umugungu banganye ivyo nibiriko birashikira umuririmvyi kazi Belle 9ice kumbugaziwe zitandukanye aho bamwe mubasazwe bamukirikirana bagaragaza kwamirirara kure inyifato ya Belle 9ice mukwambara ubusa.

Belle 9ice ifoto yashize kuri instagram yiwe yagaragaye ko atikwije aho umwe mubamu kwirikirana kuri instagram yiwe yashizeko commentaire yerekana ko iyo foto itesha agaciro nokumaramaza Sat-B kandi yashize hejuri imari ya Sat-B mbere ana mubaza inyungu azonka mukwambara ubusa ati Bizokugezahehe?

Nn kuri gusa nn bizokugezahe ibintu vyindani mubishira ahabona kbs ibintu vya sat b ubishira hejuru

Ngiyi inyishu ya MB Data inyuma yogukorana indirimbo na Olga hamwe na Noria

Facebook Comments Box
20570cookie-checkINKURUR ISHUSHE : Ukwambara Nabi Kwa Belle 9ice gutukisha Sat-B