Home ENTERTAINMENT King Plata ati vuba ingiye kumugaragaro EP yanje Six Of The Year

King Plata ati vuba ingiye kumugaragaro EP yanje Six Of The Year

329
0

Umuhinyanyuzi akaba n’Umuririmvyi Kig Plata agiye gushira ahabona EP yiwe Six Of The Year mumisi irimbere, nkuko yabigaragaje kumbuga ngurukana bumenyi ziwe nuko iyo EP yiwe izoba igizwe n’indirimbo 6 arizo Akazuba, Umufundi, Umunani, La Congolaise, Ndagukura na Urimwo.

Tukwibutse ko muriyo EP indirimbo zine kurizo zitandatu ziramaze gusohoka arizo Umufundi, Akazuba, La Congolaise na Urimwo ariko indirimbo La congolaise yoyo iranafise amasanumu yagiye kumugaragaro igenekerezo rya 25 Rusama 2021 nihafi amazi atatu.

9720cookie-checkKing Plata ati vuba ingiye kumugaragaro EP yanje Six Of The Year
Previous articleAlbum ya Frank Duniano Abaririmvyi Big Fizzo na Sat B baririmba mwo
Next articleGOSPEL SHASHA | Stine Stella – Umutima | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here