Album ya Frank Duniano Abaririmvyi Big Fizzo na Sat B baririmba mwo

Album ya Frank Duniano Abaririmvyi Big Fizzo na Sat B baririmba mwo

6 août 2021 0 Par KAMIKAZI

Umuririmvyi Frank Duniano n’umwe mubaririmvyi bakera mu Burundi mumu diho wa Hip Hop, aho beshi bamwibuka mumugwi wanajeshi Familli, Farank Duniano murukwirikirana gwiwe gw’indirimbo 15 (Album) yise STAND BY yashize kumugaragaro ingenekerezo ryu 08 Mukakaro 2021kuri chanel yiwe ya YouTube, aho hagaragayemo abaririmvyi bataribake bibihangange ndetse bakera mumuziki ndundi aho twovuga nka Big Fizzo , Sat B , Channy Queen, Vichou Love, mack Dady nabandi.

Murigwo rukwirikirane (Album) indirimbo zine zonyene nizo Frank Duniano yaririmvyi wenye izindi ya fashije nabandi baririmvyi, hakaba harimwo indirimbo imwe irimururimi gw’ikirindi izindi nziri mugi swahili,

Album Stand By :

1. Stand By ft Dety drabe

2. Burundi Bwacu ft Channy Queen

3. I love you ft Kiki Ture

4. Itakuwa Ngumu ft Vichou Love

5. Kweti Kweti ft Sat B

6. Nitakudis ft Slay

7. Chinja Uwa ft slay & Akes Don

8. Siendi Town ft Big Fizzo

9. Pata Raha

10. Relax fr Double Jay

11. Freestyle

12. Hajiamini ft Slay

13. Tunatimba Rmx ft Mack Dady

14. One Day Rmx

15. Hakimiliki

Umuririrmvyi Frank Duniano mukiganiro yakoranye na zabuja.com yasavye abakunzi bumuziki ndundi kumushigikira nogushigikira nokumviriza izondirombo kuko zirimwo ubutumwa nimpanuro, Frank yaremereye abakunzi biwe ko hari nibindi bikogwa agiye gusohora bishasha.

Facebook Comments Box
9680cookie-checkAlbum ya Frank Duniano Abaririmvyi Big Fizzo na Sat B baririmba mwo