Home NEWS Pamy Queen arabeshuje amakuru avugwako yahevye kuririmba

Pamy Queen arabeshuje amakuru avugwako yahevye kuririmba

211
0

Nkuko vyagaragaye kumbuga ngurukana bumenyi zitandukanye bivugwako umuririmvyikazi Pamy Queen yahevye kuririmba akaba yabeshuje ayo makuru mukiganiro yakoranye na zabuja.com.

Pamy Queen yavuzeko naho ubu afise famille ahanini usanga ariko aratunganya ivyo mumu ryango ngo ntariko ararota aheba kuririmba mbere yara humurije abakunzi biwe muka basaba ko bokwihangana ngovuba agiye kushira kumugaragaro indirimbo shasha izoza yemeza nezako ko atara heba kuririmba.

Wibuke ko imyake ine irenga Pamy Queen atagisohora indirimbo kuko indirimbo yiwe yanyuma yari Nduzuye yayi sohoye hari itariki 24 Ruheshi 20217 ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga 3.000 kuri Chanel ya youtube yiwe.

8560cookie-checkPamy Queen arabeshuje amakuru avugwako yahevye kuririmba
Previous articleVIDEO SHASHA | Big Fizzo ft. Jux – Dear
Next articleAUDIO | Ado B – Nanje ndumuntu | DOWNLOWAD

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here