VIDEO SHASHA | Big Fizzo ft. Jux – Dear

VIDEO SHASHA | Big Fizzo ft. Jux – Dear

30 juillet 2021 0 Par KAMIKAZI

Umuririmvyi wakera mumuziki ndundi Big Fizzo kucuro yiwe yambe yakoranye indirimbo numuririmvyi womugihugu kibanyi ca Tanzina asanzwe atavyorosha mumundiho wa RNB Jux, mugihe iyindirimbo DEAR yarimaze imisi irindiranywe gishika cishi nabakunzi bumuziki ndundi, aharaheze amasaha make ishizwe kumugaragaro ifise nama sanamu.

Umuririmvyi Big Fizzo muriyindirimbo vyagaragaye neza kwatashimye kuririmbamwo ikirundi ahanini yakoresheje igifaransa, igiswahili n’icongereza gusa.

Download | Big Fizzo ft Jux -Dear (Audio MP3) (34 téléchargements)

Tigger Brizz aongelea surprise ya wimbo wake | Summer Part Show

Facebook Comments Box
8450cookie-checkVIDEO SHASHA | Big Fizzo ft. Jux – Dear