Home ENTERTAINMENT Ronald Araujo wa FC Barcelona atera ivi kumwigeme Abigail Olivera

Ronald Araujo wa FC Barcelona atera ivi kumwigeme Abigail Olivera

102
0
K’umusi wokwongereza amasezerano n’umurwi wa FC Barcelona , Myugariro Ronald Araujo yafashe icemezo gikomeye cogusaba kubana ,Umwigeme bari bamaze igihe kinini bakundana yitwa : Abigail Olivera
Ni Ronald Araujo agiye kubandaniriza akazi mumurwi wa FC Barcelona gushika muri 2031 , ariko kandi akaba yanafashe icemezo gikomeye cogushinga urugo rwiwe.
77310cookie-checkRonald Araujo wa FC Barcelona atera ivi kumwigeme Abigail Olivera
Previous article“ABA BESTO ” ya Epidey Winner iriko ijugumiza Buja Flevour
Next articleDonald Trump yahinduye itegeko Ku bijanye no gutandukana Ku bubakanye (Divorce).