Ubwo ni ubutumwa Dieudonné Ndayikengurukiye D-one,
yahaye kunzi biwe canecane abakutikire urubuga rwiwe rwa youtube
Ubwo butumwa yabushikirije inyuma yaho indirimbo yiwe “Sitaki” imaze ukwezi kumwe gusa kurubuga rwa youtube ikwije views umuliyoni 1M.
- Asa nuwitanganza ati “mbe ko mutari mwambwiye ko sitaki yakwije abayiravye umuriyoni?”
Ntiyibagiye nogushimira abamukurikirana aho yazi ati:”Ndashimiye uwo wese yagize ico ako kugira ibi ndabishikeko vyose ndabikesha mwebwe.”
D ONE ari mu baririmvyi bakiri bato mumyaka no m’umuziki ndundi ariko ubonako ariko yigarurira imitima yabakunzi b’umuziki.
7451130cookie-check“Vyose ndabikesha mwebwe”