Home ENTERTAINMENT Photos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi...

Photos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi Ishimisha Benshi

0
1019

Marikia wawe w’umuziki ndundi, Natacha Burundi yeretse abakunzi biwe look yiwe nshasha aho benshi bamuteye amashugwe muku mwereka ko bakunze look yiwe, ivyo bikaba ya bigaragaje kurubuga gwiwe instagram kuma foto ya shize ahabone, aho muma commentaire arenga 13 y’anditse nabasazwe bamukuririkirana bose bamukeje cane.

Ati: Mubibna gute?

clairiakindavyi yanditse ati : Vyose vyiza kuri wewe

tuyisenge.emery yanditse ati : Uraberewe cane.imigisha yose iva mw’ijuru igusage.ntamwubahwa dufise nkawe.ndi inyuma yawe till i die.umwaka mwiza w’umugisha ‘amagara meza,ama awards menshiiii.

 

 

48050cookie-checkPhotos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi Ishimisha Benshi

NO COMMENTS

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here