Umuririrmvyi umukabwe mu muziki ndundi Big Fizzo yagaragaje umu babaro wiwe afitiye umuririmvyi D – One kubona atariko aragaragara mubitemo biriki bira garagara murikigihe mu gihugu c’Uburundi aho habonekemwo abarrirmvyi beshi ariko D-one adatumigwa.
Abicishije kuru buga rwi Big Fizzo yibajije igituma abategura ibiteramo bata mu tumira D-One kandi we akemeza ko ari umuririmvyi aririmba neza abishoboye ya nditse ati :
Wonder why uyu mwana batamuha ama SHOWS canke bamuvuz muma Radios kandi aririmba neza !!! WHY???? NUWANKA URUKWAVU AREMERA KO RUZI KWIRUKAÂ
IL FAUT KO TWISUBIRAKO WALLAH !!!
Naho Big Fizzo wewe abivuga uko biragoye kwemeza ko boba bamwanka canke bamwirengagiza D-One canke yoba ari ikibazo ca basanze bamuhagarikiye mubikogwa vyiwe vy’umuziki bobo batamwemerea kuja mubiramo..
Umuririmvyi D-One
335230cookie-checkBig Fizzo agirira impuhwe D – One kutagaragara mu Biteramo