Home VIDEOS New Video : Lolilo – polepole

New Video : Lolilo – polepole

734
0

Umuririmvyi Lolilo yagaruts n’indirimbo nshasha  yitwa « Polepole » ifise amasanamu meza cane.

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.

Download | Lolilo - polepole (Audio mp3) (107 downloads)
66250cookie-checkNew Video : Lolilo – polepole
Previous articleNew video : Vichou Love – Mama Burundi
Next articleNew Video : Meili ft Emery Sun – Nawe