Home ENTERTAINMENT Chris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGE  uyu munsi.

Chris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGE  uyu munsi.

0
681

Inyuma Yo Kwuzuza ibibuga bikomeye aherereye mu Bihugu Rutura ni Chris Ndikumana yateguye igikorane kizobera kukibuga ca ETS Kamenge ( 22.7.2023 )

Ibimenyetso ni vyinshi vyerekana Ko yitezwe bikomeye , abanyamahanga benshi bava mu bindi bihugu basanzwe ari abakunzi Ba KANGUKA Baraye Bashitse Mu Gihugu c’uburundi n’abandi Benshi Baracaza…

Hitezwe abantu beshi , uhereye kubayobozi b’igihugu gushika kubanyagihugu bato bato .

Ico gikorane kiza gutangura igihe c’isaha cumi zumu goroba ( 16h00)

65640cookie-checkChris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGE  uyu munsi.