Home ENTERTAINMENT Rumonge Fleva : P One agiye kugaruka n’Indirimbo Nshasha

Rumonge Fleva : P One agiye kugaruka n’Indirimbo Nshasha

272
0

Umuririmvyi aririmba umudiho wa Hip Hop wo mu ntara ya Rumonge P One azwi cane kw’izina rya Waipi inyuma y’agacerere yararimwo ngo agiye kugaruka mu gusohora indirimbo nshasha izoba yitwa “HUMMEEH” azoba arikumwe n’umuririmvyi Keller The Sun.

Mukiganiro yakoranye na zabuja.com, P One yashikirije ko iyo ndirimbo izoja kumugaragaro itariki 25 Rusama 2023, agasaba abakunzi biye kubandanya bamushigikiye nkuko bama bamushigikiye.

Tukwibutse ko P One indirimbo aheruka gusohoya yari indirimbo MY SOSO indirimbo yarikumwe n’umuririmvyi Maestro, indirimbo itakunzwe cane kuko imaze kugira abarorerezi barenga Ijana (141 vues) kuri chanel yiwe ya Youtube.

Ikindi womenya nuko Umuririmvyi P One asazwe kandi ari Umumenyesha makuru y’imboneysha kure ikorera kumbuga ngurukana bumenyi Zabuja TV.

P One ariko arakora Ikiganiro : Maandalizi ya Concours de Danse Rumonge | Detama

 

58760cookie-checkRumonge Fleva : P One agiye kugaruka n’Indirimbo Nshasha
Previous articleVIDEO NSHASHA | Monia Fleur ft Mo’w Kanzie – Darling | DOWNLOAD
Next articleMtaani kwetu kunanini?/ Ndimu nime ingia Kitaa