Umuririmvyi Ir Emery Sun inyuma yogutahukana agashimwe ka Isanganiro Award 2022 ygarutse kandi neza n’indirimbo nshasha yitwa« BAYUDA » ifise amasanamu meza cane .
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.
Download | Ir Emery Sun - Bayuda ( Audio MP3 ) (45 downloads)Raba niyi Video : BIG FIZZO UWENDA ALIPEWA HELA ILI POST VIDEO YA Lil Nafy – Surrender
578100cookie-checkVIDEO NSHASHA | Ir Emery Sun – Bayuda | DOWNLOAD