VIDEO NSAHASHA | Jadix – Dede | Download

VIDEO NSAHASHA | Jadix – Dede | Download

17 mai 2022 0 Par KAMIKAZI

Inyuma y’umwaka urenga umuririmvyi Jadix adasohora indirimbo ubu yagarause n’indirimbo « Dede » ikaba ifise n’amasanamu, muri iy’indirimbo Jadix yagaragaje neze ko Brand ya Bilimani Boy yuko ari gwiwe mugihe beshi baziko iyo Brand ya Bilimani Boy ari ya Double jay na Kirikou Akili. Irabe ngaha indirimbo « Dede »

Download | Jadix - Dede ( Audio MP3) (176 téléchargements)

 

Pajos Derula ayikimbia camera yetu baada yakukutwa akiwa anasomba udongo anapiga kiyede

Facebook Comments Box
24500cookie-checkVIDEO NSAHASHA | Jadix – Dede | Download