INKURU ISHUSHE : Amatoro ya Amicales des musiciens ni kuruyu wimana

INKURU ISHUSHE : Amatoro ya Amicales des musiciens ni kuruyu wimana

5 February 2022 0 By KAMIKAZI

Hari kw’igenekerezo rya 3 Ruhuhuma 2022 aho uwuserukira vy’infatakibanza Amicales des musiciens du Burundi ( AMB ) Roméo Ininahazwe yemeza ko isango ari ntabanduka ryo kwigenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2022, agatumirira abakwije ibisabwa kugira batore, ivyo navyo bakavuga k’uruhande rw’intererano uwumaze gutanga amezi 11 ko ariwe azoba ari ku rutonde rw’abazotora murayo matora.

Amatora akazotangura  igihe c’ isaha zitanu (11h00) zo mugitondo kuri Carnivore bar Muganga Nord, Twibukanye Ko abitoza ari batatu : Ndayishimiye Bright, Cedrick Bangi hamwe na Kimana Edith uzotsinda akazoca atwara imyaka 5 imbere yuko hatunganywa ayandi matora.

Lolilo ngo Alikiba nicuti yiwe

Facebook Comments Box
20540cookie-checkINKURU ISHUSHE : Amatoro ya Amicales des musiciens ni kuruyu wimana