Home NEWS Ntagisivya N’unomusi kuwagatatu ndayibaha

Ntagisivya N’unomusi kuwagatatu ndayibaha

194
0

R Cedro umuririmvyi yaramaze umwaka urenga adasohora indrimbo nshasha yemeje neza ko unimusi kuwagatatu igenekenezo rya 15 kigarama 2021 yuko aza gusohora indirimbo yiwe nshasha izoba ifise izina “Uri uwanje” ivyo akaba ya bigaragaje kuri statut yiwe ya whatsapp mugitondo c o kuruyu wa gatatu.

Tukwibutse ko R Cedro ari umuririmvyi avuka muntara ya rumonge ariko  ubu akaba arangurira ibikogwa vyiwe muntara ya Bururi naho bigaragara ko muriyo ntara ya Bururi abaririrmvyi atari ikirenga. R cedro beshi bamuzi kundrimbo yiwe yakoze amateke menshi “Urakumbuwe”.

 

16360cookie-checkNtagisivya N’unomusi kuwagatatu ndayibaha
Previous articleBongo: Christian Bella yashize ahabona EP Yiwe ‘Sweet Melody’
Next articleVIDEO NSHASHA | Ir Emerysun – Indyarya | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here