Bongo: Christian Bella yashize ahabona EP Yiwe ‘Sweet Melody’

Bongo: Christian Bella yashize ahabona EP Yiwe ‘Sweet Melody’

13 December 2021 0 By H. Mervis

Muntumbero yoguheza umwaka wa 2021 umurirmvyi wo mugihugu ca Tanzania Christian Bella kuruwu wa mbere igenekerezo rwa 13 kigarama 2021 yashize ahabona urutonde rw’indirimbo zitandatu (EP), iyo EP  Christian Bella akaba yayihaye izina “SWEET MELODY EP”.

Muriyo EP hagaragaramwo indirimbo zitatu Christian Bella yakoranye nabandi baririmvyi harimwo n’umuririmvyi wo mugihugu cacu c’ubrundi Mr Champagne, Christian Bella ndetse unomusi nyene akaba yasohoye amasanamu y’indirimbo iri kunumero yambere yiyo EP ariyo “Umeniteka”.

Indirimbo ziri muriyo  Sweet Melody EP ni :

  1. Umeniteka
  2. Gaga
  3. Teamo feat CBO Music
  4. Ringa feat Champagne
  5. Waone Gere feat Isha Mashauzi
  6. Wenge

Facebook Comments Box
16270cookie-checkBongo: Christian Bella yashize ahabona EP Yiwe ‘Sweet Melody’