Home NEWS Mt Number One Muvyishimo Bikomeye Mugukwiza 1M +Views kundirimbo yiwe Yasa N’Irirenga

Mt Number One Muvyishimo Bikomeye Mugukwiza 1M +Views kundirimbo yiwe Yasa N’Irirenga

259
0

Umuririmvyi Mt number One yashimiye abantu bose bagize uruhara kugira indirimbo yiwe Yasa N’irirenga ishike kuntabwe idasazwe mumuziki ndundi mukugira abarorrerezi beshi kuri youTube.

Mt Number One abicishije kuri kurubuga gwiwe gwa instagram  yashimi abakunzi biwe babandanya kumushigikira ati: « Fate akanya nshimire ivyumwihariko uwe wese yagize uruhara mukudushikana kuri iyi ntabwe. » nimugihe iyondirimbo yagiye kumugaragra hari ndakukiza 25 2017.

Iyo ndirimbo ‘Yasa N’irirenga ikaba  igiye mumateka akomeye cane kuku gushika ubu niyo ndirimbo yiwe imawe kurabwa nabantu beshi kuri chanel yiwe ya youTube kuko imaze kurenza  abantu umuriyoni (1.001.812 views) kuri chanel ya YouTube ni mugihe hari n’indirimbo yakoranye nabaririmvyi bakoma komeye nka Sat-B indirimbo “One Day” imaze kurabwa nabantu 145 616 Views ariko zitarashikana unuriyoni yama views.

 

15930cookie-checkMt Number One Muvyishimo Bikomeye Mugukwiza 1M +Views kundirimbo yiwe Yasa N’Irirenga
Previous articleUganda : Kucuro ya kabiri Natacha Burundi atahukana agashimwe muri Hipipo awards 2021
Next articleVIDEO NSHASHA | Clementine Kavy XFecta – Falling | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here