Home NEWS Uganda : Kucuro ya kabiri Natacha Burundi atahukana agashimwe muri Hipipo awards...

Uganda : Kucuro ya kabiri Natacha Burundi atahukana agashimwe muri Hipipo awards 2021

184
0

Umuririmvyi kazi Natacha Burundi arashimira abarundi n’abarundikazi bamutoye mwihiganwa hipipo awards yo mugihugu ca uganda.

Natacha Bururi kuruwu wagatanu igeneketezo rya 10 kigarama 2021 yarose agashimwe muri catégorie East Africa Super Hit ku ndirimbo yiwe ‘Pakuchana’ mwihiganwa Hipipo Awards 2021 itunganwa kiramwaka mu gihugu ca Uganda rikaba rimaze imwaka cumi ritagujwe murico gihugu.

Muriyo catégorie East Africa Super Hit pakuchana ya Natacha yahiganwa n’indirimbo zabaririmvyi bakomakomeye muraka karere azizo :

Diamond Platnumz Ft Koffi Olomide – Waah!         

Sauti Sol – Rhumba JapaniFt. Bensoul, Nviiri the Storyteller, Xenia Manasseh, Okello Max & NHP

Zuchu – Sukari

  • Diamond Platnumz – IYO Ft. Focalistic, Mapara A Jazz & Ntosh Gazi
  • Alikiba x Abdukiba x K2ga x Tommy Flavour – Ndombolo
  • Eddy Kenzo – Weekend.   

Tukwibutse ko Natacha Burundi  baciye baboneraho kumuha akandi gashimwe yari yatsindiye mumwama uheze wa 2020  aho yatsinze muri catégorie Burundi Best Act ariko kubwa akaranda Covid 19 kaciye gatera isi ntivyakunze kwaza gutora agashimwe kiwe.

Mwijambo rywi Natacha yashimiye abarundi bamwizeye kugira aduze ibendera ry’uburundi muma kungu muku mutoza, akaba yarashimige nabateguye iryo higanwa ndetse yashimiye nabasazwe bamufasha mubikogwa vyiwe vy’umuziki na manageur wiwe Nyandwi Rapha aca ahereza mugushima achimira umufasha wiwe.

15821cookie-checkUganda : Kucuro ya kabiri Natacha Burundi atahukana agashimwe muri Hipipo awards 2021
Previous articleVIDEO NSHASHA | DYD Umuranga – Wanje | Download
Next articleMt Number One Muvyishimo Bikomeye Mugukwiza 1M +Views kundirimbo yiwe Yasa N’Irirenga

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here