VIDEO SHASHA | Pamy Queen Ft Crown Rema – Mwiza | Download
21 août 2021Umuririmvyikazi Pamy Queen mugihe yaramaze ikiringo kirenga imyaka ibiri atagisohoro indirimbo ndetse abakunzi biwe bibaza vyishi ariko ni Pamy Queen yagaruste nindirimbo shasha yise Mwiza aho arikumwe n’umuririmvyi Cwon rema muriyo ndirimbo ikaba ifise namasananumu. Irabe ngaha indirimbo MWIZA.
Play
Stop
Facebook Comments Box
103510cookie-checkVIDEO SHASHA | Pamy Queen Ft Crown Rema – Mwiza | Download