Laliga ihejeje gusozera kuruhande rw’umurwi wa Real Madrid
Reals Madrid ihejeje gukina urukino rwanyuma rw'indwi ya 38 mwihiganwa rya Laliga, urwo rukino rukaba gwaheze Real Madrid itsinze ibitsindo 2-0 umurwi wa Real...
Amakuru ariko aravugwa iburaya muvyo kugura no kugurisha abakinyi.
M'umurwi wa FC Barcelona: umukinyi Ansu Fati wuno murwi ari hafi kuja kwiyunga muri AS Monaco. Unomurwi ukina icicaro cambere mubufaransa uramaze kurungikira ubusabe...
Real Madrid yagarukanye abakinyi bayo bahora mumvune.
Umukinyi Eder Militao inyuma yo kuvunika muntango z'umwaka wa 2025, yamaze kugaruka mumyimenyerezo arikumwe n'abandi m'umurwi wa Real Madrid, vyitezwe ko azokina igikombe c'isi...
Luca Modric agiye kuva muri Real Madrid mumpera yuno mwaka w’inkino.
Umukinyi Luca Modric inyuma y'imyaka 13 arumukinyi wa Real Madrid azosohoka muruwo murwi, yashaka kuhaguma ariko Real Madrid ifashe ingingo yo kumurekura ihe umwanya...
Real Madrid igiye kugura uwundi mukinyi agira 3
Muruno murwi ikinyamakuru MARCA cegereye cane Real Madrid candika ko Real yashushe ishaka kugura umukinyi akina imbere muri Athletic Bilbao yitwa Nico William. Unomukinyi...
Umurwi wa FC Barcelona uri mukazi ko kwongerezwa amasezerano abakinyi bayo.
Umukinyi w'imbere Raphinha yagize umwaka mwiza w'inkino yongerejwe amasezerano yo gushika mumwaka wa 2028, Raphinha akaba yarafise amasezerano azomushikana muri 2027 bakaba bashatse kumwongerako...
Igenekerezo ryaho umupira w’inzahabu uzotangirwa ryamaze kuja ahabona.
Ikinyamakuru France Football c'abafaransa nico gitanga Umupira w'inzahabu. Ibirori vyo gutanga Ballon D'or yuno mwaka 2025 bizoba kw'igenekerezo rya 22 ukwezi kwa 9 munzu...
Imirwi yo muntara ya Gitega niyo izokina urukino rwanyuma mugikombe c’itiriwe umukuru w’igihugu
Umurwi wa Musongati waraye wongeye gutsinda Vital'O murukino rwo gusubiriza, Bumamuru yaratsinze Flambeau Du Centre ariko ntaco vyayifashije.
Bumamuru 2-1 Flambeau Du Centre (2-3)
Musongati 1-0...
Tayari, Ancelotti ati : bye Real Madrid.
Inyuma yaho umurwi wa Real Madrid utsindiwe ibitego 5 kuri bitanu murukino rwa Classico rwayihuje n’abakeba Fc Barcelone kuri uyu w’imana, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru...