Real Madrid yagarukanye abakinyi bayo bahora mumvune.
Umukinyi Eder Militao inyuma yo kuvunika muntango z'umwaka wa 2025, yamaze kugaruka mumyimenyerezo arikumwe n'abandi m'umurwi wa Real Madrid, vyitezwe ko azokina igikombe c'isi...
Imyaka 3 niyo Xabi Alonso agiye kumenyereza umurwi wa Real Madrid.
Muri Real Madrid: Xabi Alonso ahejeje kwerekanwa nk'umumenyereza mushasha w'uwo murwi, mw'ijambo yashikirije yagize ati: dufise umurwi mwiza kandi dufise n'abakinyi beza nanje ngiye...
Lamine Yamal agiye guhabwa amasezerano mashasha muri Barcelona
Muri FC Barcelona: unomurwi urashaka ko unomusi urangira bamaze kwongereza amasezerano Lamine Yamal, kandi Fabrizio Romano avuga ko ayo masezerano agiye kuba ayo gushika...
Laliga ihejeje gusozera kuruhande rw’umurwi wa Real Madrid
Reals Madrid ihejeje gukina urukino rwanyuma rw'indwi ya 38 mwihiganwa rya Laliga, urwo rukino rukaba gwaheze Real Madrid itsinze ibitsindo 2-0 umurwi wa Real...
Nico Williams mumarembo y’umurwi wa FC Barcelona
Inkuru iriko iravugwa muri FC Barcelona niya Nico Williams, kumusi wejo harabaye ibiganiro vyahuje umu aja wa Nico hamwe na Deco umuyobozi w'inkino muri...
Tayari, Ancelotti ati : bye Real Madrid.
Inyuma yaho umurwi wa Real Madrid utsindiwe ibitego 5 kuri bitanu murukino rwa Classico rwayihuje n’abakeba Fc Barcelone kuri uyu w’imana, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru...
Penalty(umupira w’umuterekano) yinjijwe n’umukinyi Julian Alvarez ariko igitsindo nticemerwa igiye gutuma amategeko ahinyanyurwa.
Inyuma y'ikosa ryateje ukutumvikana mw’ ishirahamwe ryo k’umugabane wa Buraya UEFA murukino rwa UCL hagati ya Real Madrid na Athletico Madrid, kuri penalty yinjiye...
Agiye guhagarika akazi ko kumenyereza inyuma y’imyaka 40.
Umumemyereza w'umurwi nserukira gihugu wa Afrika y'epfo (Bafana Bafana) ariwe Hugo Broos, yemeje ko azoca ahagarika ivyo kumenyereza inyuma y'igikombe c'isi ca 2026.
Hugo Broos...
Aigle Noir ikina icicaro cambere Burundi yaraye iguze abakinyi bane.
1. Abdoul Latif Mugisha umusatirizi yavuye mu mugwi wa Inter Star akaba yarigeze no gukinira umugwi wa Rukinzo FC.
2. Sadiki Faray umusatiziri aca k'uruhande...
Victor Osmhen agiye kugurwa na Manchester United.
Umurwi wa Manchester United watanguye ibiganiro vyo kugura umukinyi Victor Osmhen muri Napoli.
Man United ugiye gushiramwo Umukinyi Rasmus Hojlund mwigura rya Osmhen bakabe hama...