Saturday, July 12, 2025

Inyuma y’indirimbo VIBE Epidey Winner agiye gusohora EP 

0
Umwanditsi w'indirimbo zigiye zitandukanye nka (MWISHAYO, ABA BESTO, NDAYITANGA) nizindi zigiye zitandukanye aho aherutse gusohora indirimbo VIBE indirimbo iriko iravuzwa cane gose mububare butandukanye...

“Ntaco noshikako mutashigikiye” Amajambo y’umuririmvyi Java Kay.

0
Umuririmvyi wo muntara ya Rumonge NKURUNZIZA Gabriel azwi kwizina ry'ubutambiro Java kay arasaba abankuzi b'umuziki ndundi kumushigikira mubikogwa vyiwe vy'umuziki na cane cane mu...

Abarundi baba mu Bwongereza biginye ku ncuro ya 9 akaranga n’imico kama vyu Burundi.

0
Ku muhinga wo kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 24 Rusama 2025, bamwe mu Barundi baba mu Bwongereza barahimbaje 'Burundi Cultural Day' ku ncuro y'icenda,...

“Imyaka itanu irakwiye ntahuza ibitsina n’umuhugu” Amajambo ya Tiwa Savage.

0
Umuririmvyikazi akunzwe cane mur'aka karee wo muri Nigeria Tiwa Savage yaraye atangaje abantu benshi muku avugako haheze imyaka igera kuri itanu atamuntu n'umwe w'Umuhungu...

Igisabo c’umugwi Revival Sound ku Barundi bakunda Gospel

0
Umugwi Revival Sound wo mugihugu cacu basazwe baririmmba indirimbo mpimbaza Mana beshi bita Gospel Music uherutse gusohora indirimbo yabo yambere bise "Nkoresha" iyo ndirimbo...

Ntawari avyiteze ko Harmonize na Rayvanny bohura mundirimbo kandi inyuma yokuva muri WCB.

0
Muri Bongo Fleva Inyuma y'Igihe kinini mu Muziki wa Tanzania habonetse ko hari ukutumvikana kwabaririmvyi bahoze baririmba mumugwi umwe wa WCB Wasafi aho umwe...

Natacha kw’isonga ry’abaririmvyi bakurikiranwa cane kuri FB na Insta.

0
Natacha Burundi amaze kurenza 500k Followers abamukurikirana muri Facebook .Gushika ubu Ngendabanka akaba ariwe aza imbere Kuri urwo rubuga mubaririmvyi babarundi bakurikiranwa n’abantu benshi. Natacha...

Dj Assuman mu gisagara ca Bujumbura muri SUMMER TIME PARTY Kuri VAN BEACH Resort.

0
Dj allyb wo mu gihugu ca Tanzanie yamenyekanye kw'izina rya ASUMANII agiye kuboneka mu gihugu c'uburundi. Akazoba ariko arateramisha Abanya Bujumbura kuri Van "Beach Resort"...

Umuririmvyi Melanin Boy yaraye akoze amateka Muruziba.

0
Mu giteramo umuririmvyi Melanin Boy yaraye akoze muri Komunine Muha aho bita Muruziba yarakije umuriro, hari kumusi wejo aho y'arumutumire mugiteramo citwa  "IWACU CONCERT"...

Umuririmvyi RayBoy Maarufu wo mu Rumonge asohoye indirimbo zibiri nshasha: “Jewe” na “Milele”

0
Mu ntara ya Rumonge, umuririmvyi mushasha RayBoy Maarufu amaze gutangaza abakunzi b’umuziki w’i Burundi n’indirimbo zibiri nshasha: "Jewe" na "Milele". Izi ndirimbo zashizwe ahabona...
Google search engine

Recent Posts