Umurwi wa Musongati waraye wongeye gutsinda Vital’O murukino rwo gusubiriza, Bumamuru yaratsinze Flambeau Du Centre ariko ntaco vyayifashije.
Bumamuru 2-1 Flambeau Du Centre (2-3)
Musongati 1-0 Vital’O (3-1)
Urukino rwanyuma ruzobeta mugisagara ca Gitega kukibuga citiriwe Ingoma.
Flambeau Du Centre VS Musongati
Igikombe c’itiriwe umukuru w’igihugu 🇧🇮 kizotahukanwa n’umurwi wo muntara ya Gitega unomwaka.
786200cookie-check Imirwi yo muntara ya Gitega niyo izokina urukino rwanyuma mugikombe c’itiriwe umukuru w’igihugu