Home NEWS Donald Trump yahinduye itegeko Ku bijanye no gutandukana Ku bubakanye (Divorce).

Donald Trump yahinduye itegeko Ku bijanye no gutandukana Ku bubakanye (Divorce).

69
0
Umukuru w’ Igihugu mushasha Donald Trump, yatangaje Ko ivy’ uko abatandukanye bagabura imitungo hagati atarivyo, bitorohereza abagabo.
Kubwiwe avuga ko abagore bamwe bamwe babigize urudandazwa muri Leta zunze ubumwe z’ Amerika ivy’ ugutandukana.
Trump avuga kandi Ko kwubakana n’ umugabo atunze bidaha uburenganzira umugore bwo kujana igice c’ ivy’ atunze Inyuma yo kuvana nawe, ahubwo asaba ko hoba umuriyoni w’ Ama dollars nk’ ingurane Ku bagore mu gihe bayakeneye.
Trump Yarangije avuga Ko umwe wese yogumana ivyo yaronse akoreye, batitaye kugihe umugore n’ umugabo babanye canke abana bafitanye.
Yipfuza gushira kw’ iherezo ivyo afata nk’ imikorere itari myiza ya sisitemu (Exploitation du système).
https://www.youtube.com/watch?v=flly17vQT6c
77350cookie-checkDonald Trump yahinduye itegeko Ku bijanye no gutandukana Ku bubakanye (Divorce).
Previous articleRonald Araujo wa FC Barcelona atera ivi kumwigeme Abigail Olivera
Next articlendundi: Inyambaro ya Lolilo yoba itabereye Big Fizzo