Umuririmvyi R-Flow yagarutse akuzaniye indirimbo nshasha yitwa « Molo » ifise amasanamu meza cane. Tukwibutse ko amezi atatu yaraheze asohoye indirimbo PAPA arikumwe n’umuririmvyi Chris K ikaba imaze kurabwa n’Abantu barenga Ibihumbi Miringibiri na bibiri 22k.
Urashobora gufyonda play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.
Download | R-Flow-Molo(Audio Mp3) (170 downloads )7643150cookie-checkNew Video : R-Flow – Molo