Home IMYIDAGADURO “Imyaka itanu irakwiye ntahuza ibitsina n’umuhugu” Amajambo ya Tiwa Savage.

“Imyaka itanu irakwiye ntahuza ibitsina n’umuhugu” Amajambo ya Tiwa Savage.

4
0

Umuririmvyikazi akunzwe cane mur’aka karee wo muri Nigeria Tiwa Savage yaraye atangaje abantu benshi muku avugako haheze imyaka igera kuri itanu atamuntu n’umwe w’Umuhungu baryamanye.

Tukubutse ko uyo muririmvyikazi Tiwa savage wo muri mugi hugu ca Nigeria aho aheruka kuvana n’Umugabo wiwe inyuma y’imyaka igera kuri itanu, akaba yavuze ko nyene atamuntu bigera baryamana ngo n’ikubera amafaranga yiwe canke ayamuha. Tiwa Savage yabandanije avugako nyene iyo aramutse aryamanye n’Uwo bakundana abanza akamenya ko urukundo rwabo ruri mukuri ata guhendana Kirimwo. 

79520cookie-check“Imyaka itanu irakwiye ntahuza ibitsina n’umuhugu” Amajambo ya Tiwa Savage.
Previous articleUmwaka wa 2025 n’umwaka w’inkino w’ibitangaza kumirwi itahora itwara ibikombe
Next articleUmumemyereza mushasha muri Real Madrid.