Home INKINO  Imirwi yo muntara ya Gitega niyo izokina urukino rwanyuma mugikombe c’itiriwe umukuru...

 Imirwi yo muntara ya Gitega niyo izokina urukino rwanyuma mugikombe c’itiriwe umukuru w’igihugu

0
13

Umurwi wa Musongati waraye wongeye gutsinda Vital’O murukino rwo gusubiriza, Bumamuru yaratsinze Flambeau Du Centre ariko ntaco vyayifashije.

Bumamuru 2-1 Flambeau Du Centre (2-3)
Musongati 1-0 Vital’O (3-1)

Urukino rwanyuma ruzobeta mugisagara ca Gitega kukibuga citiriwe Ingoma.

Flambeau Du Centre VS Musongati

Igikombe c’itiriwe umukuru w’igihugu 🇧🇮 kizotahukanwa n’umurwi wo muntara ya Gitega unomwaka.

78620cookie-check Imirwi yo muntara ya Gitega niyo izokina urukino rwanyuma mugikombe c’itiriwe umukuru w’igihugu