Home VIDEOS VIDEO NSHASHA | Jogos Neglas – Tembantereke Cove | DOWNLOAD

VIDEO NSHASHA | Jogos Neglas – Tembantereke Cove | DOWNLOAD

308
0

Umuririmvyi  Jogos Neglas ya garutse neza mu gutangura umwaka mushasha inyuma yo kwemerera abakunzi biwe ko kira kwezi kukwezi azohora abaha indirimbo nshasha akaba yatanguye na cover y’indirimbo « Tembantereke » ifisema amasanamu meza cane.

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.

[Download not found]
50590cookie-checkVIDEO NSHASHA | Jogos Neglas – Tembantereke Cove | DOWNLOAD
Previous articleAUDIO | Super Huff – Sinzosubira | Download
Next articleGOSPEL NSHASHA | Samson Nish Ft Esther Nish – NISHIMWE | Download