PHOTO : Amwa muma foto yaranze East African Regional Tourism Expo 2022

PHOTO : Amwa muma foto yaranze East African Regional Tourism Expo 2022

26 septembre 2022 0 Par KAMIKAZI
Hari kuruyu y’Imana igenekerezo rya 25 Nyakanga 2022 kuri Cercle Hippique  aho hatazwe inyigisho zabari mwihuriro East African Regional Tourism Expo 2022, inyuma yizo nyigisho  baciye berekeza mu kibanza categuwe kuberamwo ibiteramo na EAC expo tourism.
Hakaba hatangujwe ibirori n’umurisho w’ingoma, intambo ndangakaranga haba iz’Uburundi haba n’izibihugu bigize
Murivyo birorri Umurisho w’umugwi Amagaba waratangaje benshi, uburyo werekanye ko wishimira akaranga ki Burundi eka  n’abanyamahanga bari bahishikiye barabishima, hari hatumiwe baririmvyi nka Sat-B, Meili, Vichou Love, D-one, Esther Ninsh, Double Jay, Mastertand n’umugwi Troupe Amagaba.
Umuririmvyi Vichou Love
Umuririmvyi  Sat-B
Umuririmvyi D-one
Troupe Amagaba
Umuririmvyi kaz Esther Ninsh
Umuririmvyi kazi Meili

Umuririmvyikazi Meili yanditse kurubuga gwiwe ashimira abari bahashitse baka mushigikira ati :

Vyri ivyishimo ntangere gusangira umunezero n’abakunzi banje twaherukana kera
Mwaraye munyeretse ko ntariko ntamba nirorero .Thank you for the love you keep showing me love Kwa hiyo sasa NAWAPENDA SANA
All about last night EAC expo tourism
Facebook Comments Box
34571cookie-checkPHOTO : Amwa muma foto yaranze East African Regional Tourism Expo 2022