kuruyu wa gatandatu ingenekerezo 9 Ndamukiza 2022 niho Abakenyezi bo mu gisagara ca Bujumbura barahimbaje umunsi mukuru wabahariwe umusimukuru wama uhimbazwa igenekerezo 8 Ntwarante.
Abo bakenyezi barashima umwitwarariko n’urukundo Umukuru w’igisagara ca Bujumbura GĂ©nĂ©ral de Brigade de Police Jimmy Hatungimana abereka. Bakaba baciye bamugabira inyana y’ishashi bise Yarukundo.


Mu kugaragaza akanyamuneza, Umukuru w’igisagara ca Bujumbura akaba yaciye agarukira kuri bamwe mu bakenyezi bafise amikoro make baba muri ico gisagara.
229320cookie-checkINKURU ISHUSHE : Umukuru w’igisagara ca Bujumbura yagabiwe inyana y’ishashi