Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Kuri Saint Valentin niho nzosohora Indirimbo yanje “Ndombolo” –...

INKURU ISHUSHE : Kuri Saint Valentin niho nzosohora Indirimbo yanje “Ndombolo” – Freema Boy

292
0

Ndombolo” n’indirimbo y’umuririmvyi Bien Freema Boy agiye gushira kumugara nkuko ya bigaragaje kuri instagram yiwe, Freema Boy yerekanye ko iyo ndirimbo Ndombolo azo isohoro kumusi wambere igenekerezo rwa 14 Ruhuhuma 2022 aho abari murukundo bazohimbaza umusi wabakundana Saint valentin.

Freema Boy mukiganiro yakoranye na zabuja.com, yavuzeko yashimye kuyishohora kuruyo musi kubera izofashe abakundana guhimbaza umusi mukuru mwiza kuko irimwo amajambo y’urukundo.

Big Fizzo mziki wake niwawapi? Detama Usseni akitowa historia na Kutowa Ushauri Kwa wa Sanii

21151cookie-checkINKURU ISHUSHE : Kuri Saint Valentin niho nzosohora Indirimbo yanje “Ndombolo” – Freema Boy
Previous articleINKURU ISHUSHE : Ntabutunzi bw’iza nkokubana n’abantu neza – Kirikou Akili
Next articleVIDEO LYRICS | Sat – B – Dawa | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here