Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Kirikou Akili Ashima Indirimbo Ibisusu gukwiza 500k Vues

INKURU ISHUSHE : Kirikou Akili Ashima Indirimbo Ibisusu gukwiza 500k Vues

315
0

Umuririmvyi Kirikou Akili ahejeje kwerekana ivyishimo mugushimira abafanse babandanya gushigigira ibikogwa vyiwe, aho  nimugiye yagaragaje gushimira bose bashigikiye indirimbo “IBISUSU” arikumwe na Double Jay kubona ikwijije abantu 500.000 Vues bayiravye kuri chanel ya YouTube.

Tukwibuzetse ko indirimbo Ibisusu imaze ukwezi kurenga isohotse kuko ya sohotse hari itariki 1 Nzero 2022, Kirikou abichishije kuri page ya facebook yiwe washimiye abafana biwe muntererano bamwereka mubikogwa vyiwe.

“We are overwhelmed with gratitude, we recently reached 500k views on our new Banger(IBISUSU)…Thanks for helping us to achieve this. It’s really matter to us. We’re filled with Motivation and joy, Much thanks for having such loyal supporters” amajambo ya Kirikou

20950cookie-checkINKURU ISHUSHE : Kirikou Akili Ashima Indirimbo Ibisusu gukwiza 500k Vues
Previous articleVIDEO NSHASHA | Bora Queen X Kamanda Mkuu – Huba | Download
Next articleAUDIO | Vichou Love – Urumugabo | DOWNLOAD

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here