Thursday, June 19, 2025

Nico Williams mumarembo y’umurwi wa FC Barcelona

0
Inkuru iriko iravugwa muri FC Barcelona niya Nico Williams, kumusi wejo harabaye ibiganiro vyahuje umu aja wa Nico hamwe na Deco umuyobozi w'inkino muri...

Hagiye guhinyanyurwa itegeko rijanye no gutera umupira w’umuterekano (Penalty).

0
Inyuma y'ikosa ryateje uruhagarara ishirahamwe ryo kumugabane wa Buraya UEFA murukino rwa UCL hagati ya Real Madrid na Athletico Madrid, kuri penalty yinjiye ikankwa...

Dortmund irabandanya kwanka amafaranga ya Chelsea k’umukinyi Jamie Gittens

0
Umurwi wa Chelsea umaze imisi werekana ko wipfuza cane umukinyi w'imbere muri Dortmund Jamie Bynoe Gittens mbere bwambere batanguye gutanga ubusabe bwa mriiyoni 35€...

Ntazoronka umwanya wo gukina mumwaka uza w’inkino kiretse habaye ikibazo c’imvune.

0
Umunyegoli Marc Andre Ter Stegen wa Fc Barcelona ntakiri mumugambi w'umumenyereza Hansi Flick, kugeza kano kanya amakuru atangwa na Fabrizio Romano nuko Barcelona yatanguye...

Inkino z’imirwi nserukira bihugu.

0
Munkino za Nations League kumugabane wa buraya hariko hakinwa inkino z'igice ca kabiri gishira icanyuma zakinwa n'ibihugu nka Espagne, Portugal,France na Allemagne (ubudagi). FT: Allemagne...

Agiye guhagarika akazi ko kumenyereza inyuma y’imyaka 40.

0
Umumemyereza w'umurwi nserukira gihugu wa Afrika y'epfo (Bafana Bafana) ariwe Hugo Broos, yemeje ko azoca ahagarika ivyo kumenyereza inyuma y'igikombe c'isi ca 2026. Hugo Broos...

Penalty(umupira w’umuterekano) yinjijwe n’umukinyi Julian Alvarez ariko igitsindo nticemerwa igiye gutuma amategeko ahinyanyurwa.

0
Inyuma y'ikosa ryateje ukutumvikana mw’ ishirahamwe ryo k’umugabane wa Buraya UEFA murukino rwa UCL hagati ya Real Madrid na Athletico Madrid, kuri penalty yinjiye...

 Ahevye Inter Milan agiye kuba umumemyereza wambere kw’isi ahembwa amafaranga kw’isi.

0
Miriyoni 26€ niyo mafaranga umurwi wa Al Hilal wo muri Arabia Saudite wemeye guhemba Simone Inzaghi kumwaka. Uwo mumemyereza wa Inter Milan inyuma yo...

Umukinyi Jean Claude Girumugisha Bururi agiye gukina mwihiganwa rikomeye

0
Amahirwe ni menshi kubona muririci Girumugisha Jean Claude avuye muri Al Hilal, impamvu nuko unomukinyi ahaye aronderwa n'imirwi myinshi. Umurwi uri kwisonga ni Yanga Africans...

Aigle Noir ikina icicaro cambere Burundi yaraye iguze abakinyi bane.

0
1. Abdoul Latif Mugisha umusatirizi yavuye mu mugwi wa Inter Star akaba yarigeze no gukinira umugwi wa Rukinzo FC. 2. Sadiki Faray umusatiziri aca k'uruhande...
Google search engine

Recent Posts