“Kazima Imana inkunda”
Ayo ni amwe mu majambo y'indirimbo nshasha ya Dj Fernando.Ayo majambo aje nk'inyishu kubiriko bivurwa kuri uyo muririmvyi.
Mukiringo kitagera kundwi 2 ziheze, umuririmvyikazi akaba...
Davido Agiye Gukora Ubukwe Na Chioma
Umuririmvyi wo muri Nigeria, Davido adeleke benshi bamuzi kwizina rya Davido yamaze gutangariza incuti, abagenzi eka n'abakunzi b'umuziki wize amakuru yubukwe bwiwe hamwe na ...
Umuririmvyi DJ Pro agiye gusohora EP igizwe n’indirimbo 4
Umuririmvyi DJ Pro beshi bamumuenye kubw'indirimbo zitandukanye nka KATOTO arikumwe n'umuririmvyi Sat-B ndetse na Mkombozi agiye gusohora urukurikirane rw'indirimbo ivyo beshi bita EP (...
Umuririmvyi Rayvanny akomoka mu gihugu ca Tanzania ari mu Burundi
Uyo muririmvyi yaje guteramisha abanyagisagara ca Bujumbura mu biteramo bibiri bitegekanijwe muri weekend yambere ya Rusama
Ica mbere kizoba ari VIP, gitegekanijwe ku musi wa...
Inyima y’imwyaka 6 atagiteramo akoreye mukinama, B face agiye gukora Igiteramo.
Inyima y'imwyaka 6 atagutera akoreye mukinama, B face agiye gukora Igiteramo.Kuruyu wambere igenekerezo rya 08/04 uno mwaka nyene niho Hakoranijwe abanditsi nabamenyeshamakuru muntumbero yo...
Isukari ya Diamond yaraye ibaye umururazi
Umwigeme vyavurwako ari m'urukundo ubu n'umuririmvyi w'icamamare mu gihugu ca Tanzania Diamond , yaraye atangaje ko ahebanye nuyo muririmvyi.
Zuchu yamenyesheje mubutumwa burebure busa nuburimwo...
Ngo naho mutamuhaye amashurwe yarayiguriye!
Umuririmvyikazi Monia fleur kumbuga ngurukana bumenyi agaragara ari ahantu heza cane afise umufugo wamashurwe.
Mubutumwa yakuri kije izo sanamu yagize ati "barayanyimye none ndayiguriye nakare...
Ntacijana ku ba Star.
Umuririmvyi karume Abubakar Sat-B ntacakora ngo agende atakimenyeshe abakunzi biwe.
Aho yagaragarije aherutse kwereka abakunzi biwe bamukurikirana kumbuga ngurukana bumenyiko aherutse kugura téléphone nshasha izimvye.
Nkuko...
Umurwi w’abaririmvyi ukoranye Imyaka 17 batavana
Bitwa Redempion Voice , Imyaka 17 irarumanye baririmba nk'umurwi uririmba indirimbo zihimbaza IMANA ( Izo beshi bitwa bitwa Gospel )
Muntumbero yokwigina iyi myaka bamaze...
Love is mystery Ep Yoba yarahebwe?
Mumpera z'umwaka wa 2023 ,umuririmvyi Msamaria Danielo asanzwe ya muka mugisagara ca Rumonge yamenyesheje abakunzi biwe ko agiye gushira ahabona urukurikirane rw'indirimbo.
Uyo ubu abarizwa...