Friday, June 20, 2025

 Abana 10 barafashwe kunguvu mu kiringo c’amezi abiri.

0
Ivyo biharuro bitangwa n’ishirahamwe FVS Abagenzi b’abana mu ntara ya Rumonge. Fulgence Ingabire arongoye iryo shiramwe mu ntara ya Rumonge amenyeshako ivyo bitigiri vyegeranijwe...

Gutera inkuru ashaka gutwenza abo barikumwe vyamuviriyemwo gutanga imihoho.

0
“Jewe sinigera  ngura umuceri .Abakunzi banje barawumpa  kubwinshi kuboryo noshobora no kuronka uwongurisha.” Ngayo amajambo yatumye umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi w’igihugu c’ubuyapani Taku Eto atanga...

Imyiyamamazo: ‘’One million operation”.

0
Ni umwe mumigambi y'umugambwe cdd-fdd uzoshira imbere mumyaka ibiri yambere niwaramuka itsinze amateur. Evariste Ndayishimiye arongoye inama y'abahumure yabishikirije kuri uyu wa kane igihe...

“Kudatora Mkombozi n’ukuri si ikibazo ! Ikibazo ni gutera Mkombozi ikibazo. Ikibazo ni gutera...

0
Ubwo ni ubutumwa buri mu ndirimbo ya Nzeyimana Thomas asanzwe ari mu bazokwitoza mu kibanza c'abashingamateka nk'uwigenga. Ni mu gihe bari bamuhamagaye kuri 'stage' ngo...

UEFA Champions league

0
Imirwi izokina urukino rwanyuma yaraye imenyekenye mwihiganwa rya ligue des Champions kumugabane wa buraya Kuri uyu wa kabiri FC Barcelona yarasezerewe AET : Inter Milan 4-3...

Mkombozi agiye gufatanya Rap na Poritike?

0
Nzeyimana Thomas ari mubazohiganirwa ikibanza c,ubushingamateka .Mukombozi Lucifer nkuko yiyita yaratanze dosiye yiwe mu murwi CENI itako iremerwa. Uyo muririmvyi wa Fata imisaraba dusenge,yahisemwo...

Ubushinwa: Rutemikirere (Indege) yiruka buravyo.

0
Iyo ndege yahawe izina ry´(inkende ireremba) CUANTIANHOU mu gishinwa ngo izoba igira k´umuvuduko wa km 4940 kw´ishaha. Ikigo Sichuan Lingkong Tianxing Technology akaba arico...

Donald Trump yahinduye itegeko Ku bijanye no gutandukana Ku bubakanye (Divorce).

0
Umukuru w' Igihugu mushasha Donald Trump, yatangaje Ko ivy' uko abatandukanye bagabura imitungo hagati atarivyo, bitorohereza abagabo. Kubwiwe avuga ko abagore bamwe bamwe babigize urudandazwa...

Taylor Sexer Demana ashimira Itara Event mu ubufasha buhambaye

0
 Abafashije Demana bakamuhindurira Ubuzima aribo , nabo bari mubariko barashigikira ihiganwa ry'imiduga ( Rallye ) ririko ribera mur'ico gisagara ca Ngozi . Ni Itara...

“Kazima Imana inkunda”

0
Ayo ni amwe mu majambo y'indirimbo nshasha ya Dj Fernando.Ayo majambo aje nk'inyishu kubiriko bivurwa kuri uyo muririmvyi. Mukiringo kitagera kundwi 2 ziheze, umuririmvyikazi akaba...
Google search engine

Recent Posts