Home INKINO Imyaka 3 niyo Xabi Alonso agiye kumenyereza umurwi wa Real Madrid.

Imyaka 3 niyo Xabi Alonso agiye kumenyereza umurwi wa Real Madrid.

0
9

Muri Real Madrid: Xabi Alonso ahejeje kwerekanwa nk’umumenyereza mushasha w’uwo murwi, mw’ijambo yashikirije yagize ati: dufise umurwi mwiza kandi dufise n’abakinyi beza nanje ngiye gushira ubuhinga muri umwumwe. Xabi Alonso azomemyereza imyaka 3 Real Madrid niyo masezerano yahawe.

Muri FC Barcelona: unomurwi urashaka kugura umunyegoli wa Espagnol Barcelona Joan Garcia canke imutize bibaye ngombwa. FC Barcelona irashaka gutunga uwundi munyegori kuko batizeye ubushobozi bwa Stegen bikunze ko bamugura bazotanga miriyoni 25€ muri Espagnol.

Muri Manchester United: Matheus Cunha azosinya muri man United murino ndwi, fabrizio Romano avuga ko amasezerano azohabwa azoba arayo imyaka itanu kandi Man United ishobora kuzotanga ayagera kuri miriyoni 55€ canke 60€

79630cookie-checkImyaka 3 niyo Xabi Alonso agiye kumenyereza umurwi wa Real Madrid.