Home AMAKURU Imyiyamamazo: ‘’One million operation”.

Imyiyamamazo: ‘’One million operation”.

0
13

Ni umwe mumigambi y’umugambwe cdd-fdd uzoshira imbere mumyaka ibiri yambere niwaramuka itsinze amateur.
Evariste Ndayishimiye arongoye inama y’abahumure yabishikirije kuri uyu wa kane igihe umugambwe cdd-fdd wariko wiyamamariza mu ntara ya Gitega.

Ndayishimiye yamenyeshejeko umugambi ntumbero w’umugambwe cddfdd ari uko umurundi wese azoba afise amafaranga umuriyoni kuri konti mu myaka itarenga ibiri.

Yasiguye ko mumatohoza yakozwe basanze bishoboka.Urwaruka rwatanguye imigambi inyuma y’imyaka ine rutazi guharura umuriyoni ngo ubu umuriyaridi ntaco urubwiye.

Kuronka ayo amafaranga birashoboka.Atanga akarorero kugitungwa c’urukwavu rumwe ruvyara abana 42 uwufise inkwavu 10 0 uba urenza amafanga imiriyoni hagati ya 2 na 3.

Abatavyemera ngo ni abasanzwe bafise ukwemera guke.

78670cookie-checkImyiyamamazo: ‘’One million operation”.