Home NEWS UEFA Champions league

UEFA Champions league

5
0

Imirwi izokina urukino rwanyuma yaraye imenyekenye mwihiganwa rya ligue des Champions kumugabane wa buraya

Kuri uyu wa kabiri FC Barcelona yarasezerewe

AET : Inter Milan 4-3 Barcelona (agg 7-6)

⚽ Lautaro Martinez 21′
⚽ Calhanoglu 45+1′ (P)
⚽ Acerbi 90+3′
⚽ Frattesi 99′

⚽ Eric Garcia 54′
⚽ Dani Olmo 60′
⚽ Raphinha 87′

Paris Saint Germain nayo yaraye ikuyemwo Arsenal m’urukino rwo gusubiriza.

FT : PSG 2-1 Arsenal (agg 3-1)

⚽ Fabian Ruiz 27′
⚽ Hakimi 72′

⚽ Saka 76′

Urukino rwanyuma FINAL ruzobera mugihugu c’ubudagi igenekerezo rya 31.5.2025 kukibuga ca Allianze Arrena.

21h00′ PSG 🇫🇷 Vs Inter Milan 🇮🇹

77960cookie-checkUEFA Champions league
Previous articleUmuririmvyi Bahati  yigeze gukorana na Sat B bamumoye drede yari amaze imyaka 10 azifise. 
Next articleDj Fernando  Yerekanye ko Umuziki Umugirira Neza: Indirimbo “Kazima Imana Inkunda” Irimugukwiza Umiliyoni kuri YouTube.