Aba nibo bafana binjiye kubibuga bitandukanye MUNKINO ZIMAZE GUKINWA z’igikombe c’isi c’imigwi :
Inter Miami vs. Al Ahly
Abafana : 60,927
Bayern Munich vs. Auckland City
Abafana : 21,152
Paris Saint-Germain vs. Atlético Madrid
Abafana : 80,619
Palmeiras vs. Porto
Abafana : 46,275
Botafogo vs. Seattle
Abafana : 30,151
Chelsea vs. Los Angeles FC
Abafana : 22,137
Benfica vs. Boca Juniors
Abafana : 55,574
Flamengo vs. Espérance de Tunis
Abafana : 25,797
Urukino rwahuje Riva Plate na Urawa Reds Alows rwarabwe n’abafana 11 974
Urukino rwa Ulsan FC na Mamelody Sundowns rwarabwe n’abantu bangana 3412
Match ya Monterrey na Inter Milan rwarabwe n’abantu 40 311
Kuri Match ya Real Madrid na Al Hilal yarabwe n’abantu 62 415
Kuri Man City na Wydad Casablanca hari abafana 37 446
Urukino rwahuje PSG na Athletico nirwo rumaze kwitabirwa cane kuruta izindi.