Home INKINO Igikombe c’isi gihuza imirwi coba kigiye guhomvya FIFA kubera kutitabirwa n’abantu.

Igikombe c’isi gihuza imirwi coba kigiye guhomvya FIFA kubera kutitabirwa n’abantu.

1
0

Aba nibo bafana binjiye kubibuga bitandukanye MUNKINO ZIMAZE GUKINWA z’igikombe c’isi c’imigwi :

Inter Miami vs. Al Ahly
Abafana : 60,927

Bayern Munich vs. Auckland City
Abafana : 21,152

Paris Saint-Germain vs. Atlético Madrid
Abafana : 80,619

Palmeiras vs. Porto
Abafana : 46,275

Botafogo vs. Seattle
Abafana : 30,151

Chelsea vs. Los Angeles FC
Abafana : 22,137

Benfica vs. Boca Juniors
Abafana : 55,574

Flamengo vs. Espérance de Tunis
Abafana : 25,797

Urukino rwahuje Riva Plate na Urawa Reds Alows rwarabwe n’abafana 11 974

Urukino rwa Ulsan FC na Mamelody Sundowns rwarabwe n’abantu bangana 3412

Match ya Monterrey na Inter Milan rwarabwe n’abantu 40 311

Kuri Match ya Real Madrid na Al Hilal yarabwe n’abantu 62 415

Kuri Man City na Wydad Casablanca hari abafana 37 446

Urukino rwahuje PSG na Athletico nirwo rumaze kwitabirwa cane kuruta izindi.

151080cookie-checkIgikombe c’isi gihuza imirwi coba kigiye guhomvya FIFA kubera kutitabirwa n’abantu.
Previous articleIhiganwa ry’igikombe c’isi gihuza imirwi rizoba ariryo higana rya 2 rikinywe rizimvye.