Home INKINO Ntazoronka umwanya wo gukina mumwaka uza w’inkino kiretse habaye ikibazo c’imvune.

Ntazoronka umwanya wo gukina mumwaka uza w’inkino kiretse habaye ikibazo c’imvune.

0
31

Umunyegoli Marc Andre Ter Stegen wa Fc Barcelona ntakiri mumugambi w’umumenyereza Hansi Flick, kugeza kano kanya amakuru atangwa na Fabrizio Romano nuko Barcelona yatanguye gutegura no kugurusha Stegen kuko yagirizwa ko urugero yeretse umumemyereza akigaruka avuye mumvune rwari hasi cane bafatiye nkakanya bamuhaye munkino zanyuma zisozera umwaka w’inkino wa 2025 , aho yerekanye urugero ruto.

Kuberako FC Barcelona itegekanya kwongereza amasezerano y’imyaka 2 umunyegoli Sezini ikaba kandi irihafi yo kuzana umunyegoli wa Espagnol Barcelona Joan Garcia mbere ibiganiro bigeze kuntambwe ishimishije kuko bivugwa ko Barça igiye kuriha miriyoni 25€ kuruno mukinyi, uwomurwi rero nacane cane bivuye kumumenyereza wawo Hansi Flick yipfuza ko Sezini hamwe n’umunyegoli Barca itegerezwa kugura mushasha nibo azokoresha mumwaka w’inkino wa 2026

150770cookie-checkNtazoronka umwanya wo gukina mumwaka uza w’inkino kiretse habaye ikibazo c’imvune.