Home IMYIDAGADURO Igisabo c’umugwi Revival Sound ku Barundi bakunda Gospel

Igisabo c’umugwi Revival Sound ku Barundi bakunda Gospel

10
0

Umugwi Revival Sound wo mugihugu cacu basazwe baririmmba indirimbo mpimbaza Mana beshi bita Gospel Music uherutse gusohora indirimbo yabo yambere bise “Nkoresha” iyo ndirimbo imanze imisi mike cane igiye ahabona imaze kurabwa n’abantu barenga igihumbi n’amajana abiri.

Ikindi twokumwenyesha nuko numugwi Ufise impano idasazwe uhuriyemwo inkumi nimisolait. Aho basaba wewe Usazwe ukunda indirimbo mpimbaza Mana Yuko wobafata mumugongo kugira nabo bashike aho bakuru babo bageze.

Urashobora gufyonda play
https://youtu.be/CTaKtWtT0jo?si=zU_RXv8cCSJqESQi

79240cookie-checkIgisabo c’umugwi Revival Sound ku Barundi bakunda Gospel
Previous articleGutera inkuru ashaka gutwenza abo barikumwe vyamuviriyemwo gutanga imihoho.
Next article