Natacha Burundi amaze kurenza 500k Followers abamukurikirana muri Facebook .Gushika ubu Ngendabanka akaba ariwe aza imbere Kuri urwo rubuga mubaririmvyi babarundi bakurikiranwa n’abantu benshi.
Natacha ntazimbere mugukurikiranwa cane kurubuga rwa facebook gusa , ninawe aza imbere mugukurikiranwa kurubuga rwa Instagram. Ikindi womenya nta murimmvyi N’imwe wewe akwirikirana.
Kurikirana ubusesanguzi bw’indirimbo KAMNYWESO
788900cookie-checkNatacha kw’isonga ry’abaririmvyi bakurikiranwa cane kuri FB na Insta.