Home IMYIDAGADURO Dj Assuman mu gisagara ca Bujumbura muri SUMMER TIME PARTY Kuri VAN...

Dj Assuman mu gisagara ca Bujumbura muri SUMMER TIME PARTY Kuri VAN BEACH Resort.

14
0

Dj allyb wo mu gihugu ca Tanzanie yamenyekanye kw’izina rya ASUMANII agiye kuboneka mu gihugu c’uburundi.

Akazoba ariko arateramisha Abanya Bujumbura kuri Van “Beach Resort” mu kuvanga vanga imizi itandukanye. Bikazoba kw’igenekerezo rya 23 Mukakaro 2025 kw’injira azoba ari kubuntu.

Dj ally b numwe muba dj bakomeye mu gihugu ca Tanzanie ndetse no muri afirika yagiye arakora ibiteramo bitandukanye bikomeye kubwo kuvanga imiziki yongera amenyekana kw’izina mwagiye murumva rya ASUMANII

Murahawe ikaze ryo kudasiba kuri Van Beach Resort !!!!

78860cookie-checkDj Assuman mu gisagara ca Bujumbura muri SUMMER TIME PARTY Kuri VAN BEACH Resort.
Previous articleIgenekerezo ryaho umupira w’inzahabu uzotangirwa ryamaze kuja ahabona.
Next articleNatacha kw’isonga ry’abaririmvyi bakurikiranwa cane kuri FB na Insta.