Home NEWS Kirikou Akili Kuncuro Ya Mbere Ateramisha Abantu Bo Mugisagara Ca Nyanza Lac

Kirikou Akili Kuncuro Ya Mbere Ateramisha Abantu Bo Mugisagara Ca Nyanza Lac

431
0

Umuririmvyi Kirikou Akili asazwe akukira umugwi Bilimani Boy azoteramisha abakunzi bumuziki ndundi kuncuro yambere bo mugisagara ca Nyanza Lac muntara ya Makaba , ivyo bikaba vyagaragaye kuruyu wa gatandatu kuri instagram y’umurirmvyi Metou Brown aho yariko aratumira abakunzi b’umuziki bo muntara zubumanukoo mugiteramo INYABUTATU CONCERT.

Igiteramo INYABUTATU CONCERT, Umuririmvyi Metou Brown yagiteguye muntumbero yo kugaragaza urukwirikirane gw’indirimbo EP INYABUTATU zifise indirimbo zitatu aheruka gusohora.

Icogiteramo kikazoba kuruwu wimana 19/12 /2021 kizotangura isahamunani zumurango (14h00′). Metou Brown akaba yatumiye abanya Makamba, Mabanda, nyanza lac, Mvugo, Mugerama, Kigwena, Katete, Karonda, eka n’abanya Rumonge na Burunri  gusidukana niyonka kwitabira ico giteramo kizobera munyubakwa za  PALM BEACH HOTEL a ho Bita kwa (kwa Angiripeshi ).  Umurimvyikazi Rachmy arimubazo ririmbo eka nabandi baririmvyi.

Umuririmvyi Metou Brown ati : “tubasavye kuza muri Benshi Gushigikira Impano Zacu z’uburundi Murakoze“.

15970cookie-checkKirikou Akili Kuncuro Ya Mbere Ateramisha Abantu Bo Mugisagara Ca Nyanza Lac
Previous articleVIDEO NSHASHA | Clementine Kavy XFecta – Falling | Download
Next articleVIDEO NSHASHA | R flow ft Double Jay – Ngwino | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here